News
Abakuru b'ibihugu vya EAC basaba bashimitse reta ya Congo kugiriranira ibiganiro bitaziguye n'abo bose bafise uruhara muri iyi ntambara, harimwo umuhari M23 n'iyindi mirwi yose ifise ivyo isaba".
Mu gihe reta ya Congo ivuga ... hamwe n'i Nairobi muri Kenya, aho hose bagenda bafata imyanzuro yo guhagarika iyi ntambara, ariko nta cigeze gihunduka ku rubuga rw'intambara.
Results that may be inaccessible to you are currently showing.
Hide inaccessible results