Mu gihe reta ya Congo ivuga ... hamwe n'i Nairobi muri Kenya, aho hose bagenda bafata imyanzuro yo guhagarika iyi ntambara, ariko nta cigeze gihunduka ku rubuga rw'intambara.
Uyo murwi ADF wagumye uragirizwa ubwicanyi n'ayandi mabi muri ako karere. Wagirizwa ko umaze kwica abasivire 570 kuva igisirikare ca Congo gitanguye intambara yo kuwurwanya mu kwa cumi na rimwe ...
Aba bacanshuro bageze muri RDC nyuma yo guhabwa akazi na Perezida Félix Antoine Tshisekedi kugira ngo bafashe ingabo ...