Amashyaka atavuga rumwe n'ubutegetsi muri Repubulika ya Demokarasi ya Kongo avuga ko azatanga umukandida umwe ahuriyeho mu matora ya perezida ateganyijwe ku itariki ya 23 y'ukwezi kwa cumi na ...
Amakuru ataratohozwa neza avuga ko umuji wa Kibumba woba umaze kuja mu minwe ya CNDP irongowe na General Major Laurent Nkunda Umugwi w'umuryango mpuzamakungu uhagarariye amahoro muri Kongo ...
Umuhari wa gisirikare FDLR urwanya leta y'u Rwanda ufise icicaro muri Kongo, wemeza amakuru avugwa n'igisirikare ... hitwa Mutura na Rwerere, prefecture ya Gisenyi. Bwana Bazeye yavuze kandi ...
AMAKURU YA NYUMA Urukiko rwa Johannesburg rwangiye Kanyandekwe kuburana ari hanze. HCR yatangiye gucyura impunzi z'Abarundi zari muri Congo.