News

HRW ivuga ko yaronse amakuru ko abaharanira uburenganzira bwa muntu bashika 200 barondeye gukingirwa kuva M23 itanguye igitero cayo co gufata Goma muri Nzero no mu nyuma imaze gufata Bukavu.
M23 yavuze ko ibisasu bitezwa amaboko bya grenade byakoreshejwe muri icyo gitero bisa n'ibikoreshwa n'igisirikare cy'u Burundi, ariko icyo gisirikare cyo kivuga ko ata basirikare gifite i Bukavu.